Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?
Igikombe c’Afrika (CAN) ca 2025 kigiye kwinjira mu bitoroshe ariko binezereza abakunzi bu mukino w’amagurur, aho Sénégal na Égypte bahurira...
“Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, ari kumwe n’Umupfasoni wiwe be n’abategetsi batandukanye mu gihugu, bitavye kuri uyu wa gatatu, ku...
Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.
Ihiganwa rya Primus Ligue ryarasubiriye kubandanya ku ndwi igira 17 rya phase retour ku nkino 8 zose zarabaye ku bubibuga...
Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.
Igice ca kabiri c’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi (phase retour) ryataguye uyu munsi kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 09 Nzero...
Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.
Ikiganiro kiremeshejwe n’ Umukuru w’igihugu co kuri uyu wa 26 Kigarama 2025 kiriko kibera ku kibuga Royal muri komine Muramvya...
