Burundi: uwugiye kurongora igisata c’imanza n’ivyaha muri Sentare Ntahinyuzwa yarahiye imbere y’Umukuru w’igihugu c’Uburundi
Uwugiye kurongora igisata c’imanza n’ivyaha muri Sentare Ntahinyuzwa yarahiye imbere y’Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Kuri uwu wa 6 Gitugutu, Pacifique Barankitse yarahiye imbere y’inama nkuru y’ubutungane...
