Abana bari hagati y’amezi 6 na 11 bagiye kuronswa urucanco rwo kurwanya Malariya mu gihugu cose, Uburundi buzoba buteye iyindi ntambwe mu bijanye no kurwanya...
Umwungere mukuru wa Katorika papa François amaze iminsi amagara amukitse ari mu bitaro Gemelli mu burengerazuba bwa Roma ariko afashwa guhema na bimwe mu vyuma...
Ireresi z’ibiterasoni abantu bakunda kuraba kugira binezereze mu mutwe no ku mubiri  inyuma y’ikiganiro twagiranye na bamwe basazwe barize ibijanye n’ukunonosora  n’ivyinyifato basanze vyica cane...
Ishirahamwe rifata mu mugongo abagendana ubumuga ku rwego rw’igihugu (ANSS) ryatunganije uruganda rw’abagize urunani ruri mu bihugu 7 biri muri afrika yo hagati niy’ubuseruko kucirwa...