Ibiharuro vy’imfatakibaza vy’amatora y’abajenama ba komine vyagiye ahabona.
Imirwi ijejwe gutegura amatora mu ntara hagati CEPI baraye bashize ahabona amajwi y’imfata ikibanza yivyavuye mu matora y’abajenama bama komine yabaye kuwa 5 Ruheshi. Umugambwe...