IbigezwehoInkinoMumahangaIbintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026Boris IRAKOZEJune 6, 2026 by Boris IRAKOZEJune 6, 20260104 Igikombe c’Isi ca FIFA ca 2026 ni co gikorwa c’in kino kirindiranywe igishika muri iyi misi mike irimbere, Kubera uburyo bushasha kizokinwamwo, imigwi 48 izokwitabira...
IbigezwehoInkinoIgikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arengaBoris IRAKOZEJune 4, 2026June 4, 2026 by Boris IRAKOZEJune 4, 2026June 4, 2026052 Inkino z’igikombe c’isi cimirije zirashobora guhura n’intambamyi y’ihindagurika ry’ikirere gutyo zikaza ziratangura zitevye canke zigaharikwa m’urukino hagati. Iyo nimwe mu mpungenge ibandanije gutera amakenga ko...
InkinoMumahangaSénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?Buja MediaJanuary 14, 2026 by Buja MediaJanuary 14, 20260126 Igikombe c’Afrika (CAN) ca 2025 kigiye kwinjira mu bitoroshe ariko binezereza abakunzi bu mukino w’amagurur, aho Sénégal na Égypte bahurira uno mugoroba mu mukino wa...
InkinoMuburundiPrimus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca 1.Buja MediaJanuary 13, 2026 by Buja MediaJanuary 13, 20260143 Ihiganwa rya Primus Ligue ryarasubiriye kubandanya ku ndwi igira 17 rya phase retour ku nkino 8 zose zarabaye ku bubibuga bitandukanye. Umurwi Aigle Noir wabandanije...
InkinoMuburundiPrimus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.Buja MediaJanuary 9, 2026 by Buja MediaJanuary 9, 20260191 Igice ca kabiri c’ihiganwa rya Primus Ligue Burundi (phase retour) ryataguye uyu munsi kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 09 Nzero 2026 ku ndwi yayo igira...
InkinoMuburundiIbitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.Buja MediaDecember 1, 2025 by Buja MediaDecember 1, 20250202 Ku nkino igra 14 mw’ihiganwa rya Primusic hinjiye ibitsindo 21 ku nkino 8 harimwo urwabereye irya 1 ku kibuga Intwari cari kimaze imyaka irenga 4...
InkinoMuburundiDerby: Inter Star na Vital’O bazokina ubwa mbere ku kibuga Intwari inyuma y’imyaka 4 batahakinira.Buja MediaNovember 26, 2025 by Buja MediaNovember 26, 20250209 Inter Star izokina na Vital’O ku kibuga Intwari kuruyu wa w’Imana igenekerezo rya 30 Munyonyo ku ndwi igira 14 ryiyo higanwa inyuma y’imaka 4 yose...
InkinoMuburundiInkino 2 za kivandimwe Intamba mu Rugamba barigukina zasivye.Buja MediaNovember 13, 2025 by Buja MediaNovember 13, 20250225 Impamvu 2 zatumye Inkino Intamba mu Rugamba z’Uburundi bwokinye zarasivye Comores na Zambie kuko ivyo bihugu vyose vyarakuyeko Uburundi ku bihugu bazokina. Zambie yaraye itangajeko...
InkinoMuburundiJean Noël Désiré azomenyereza abari muri Academy ya FFB yarungitswe na FIFA.Buja MediaNovember 13, 2025 by Buja MediaNovember 13, 20250213 Jean Noël Désiré niwe umumenyereza yarungitswe na FIFA mugufasha gutegura babana bari muri Academy ya FFB! k’umunsi w’ejo kuwa 2 igenekerezo rya 11 Munyonyo 2025...
InkinoMumahangaHansi Flick amenyereza wa FC Barcelone ntiyipfuza ko Messi agaruka muruyo murwi.Buja MediaNovember 13, 2025 by Buja MediaNovember 13, 20250210 Amakuru asizwe ahabona n’ ikinyamakuru c’inkino cemeza ko Hansi Flick umumenyereza wa FC Barcelone yoba atakiriye neza ino nkuru ivuga ivya Lionel Messi yogaruka muri...