Vania Ice yavuze ku ncuro ya mbere ku bijanye n’ugutandukana n’uwo bubakanye
Umuririmvyi w’Umurundikazi Vania Ice yavuze ku buzima bwiwe bw’urukundo mu kiganiro yagiranye na Hot 96 FM Kenya, aho yari yagiye kumenyekanisha indirimbo yiwe nshasha Ilelesi. ...
