Ihiganwa rya Rallye ryarahagaze inyuma y’urupfu rw’umwe mubakinyi bawo.
GIESEN Jean Pascal Umubirigi yirukira “Auto paints” yaritavye Imana ahejeje urugendo rwiwe rwa mbere rw’ihiganwa...
1
Thumbnail youtube
LIVE NOW: HIT CONNECTION
01:51:04
2
Thumbnail youtube
MD Data ibihe bibi vyose naciyemwo, naripfuje no gupfa, banryayera
10:22
3
Thumbnail youtube
KARABAYE😢 Kumbe MESSI Yahawe BALLON D'OR Atayikwiriye
11:02
4
Thumbnail youtube
Premier League : Manchester United ibandanya yandikisha Amateka.
03:09
5
Thumbnail youtube
Amatora y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ryo muri Cote d'ivoire .
02:48
6
Thumbnail youtube
Amakuru yaranze urukino rw'amaboko uyu mwaka wi 2020
07:43
Paul Kagame yakiriye ubutumwa bwa mugenziwe w’Uburundi.
Kuruyu wa mbere igenekerezo rya 6 Gitugutu, Paul Kagame yakiriye ku kirimba iwe Umushikiranganji w’Uburundi...
Umukuru w’igihugu yuguruye icese urumuri rw’amahoro rugira 17.
Ku civugo :” Mu runani rw’abarundi, tugende turaba Uburundi bwifashe mu 2040″, Umukuru w’Igihugu Evariste...
Umukuru w’umugambwe CODEBU yarekuwe amaze iminsi 4 mu Mpimba.
Keffa Nibizi umukuru w’umugambwe CODEBU “Iragi rya Ndadaye” aridegemvya kuva kuruyu wa Gatandatu ku mugoroba...
IMIBANO
Gitega: “Birashoboka kw’abakenyezi n’abigeme batera imbere bakoreye murunani”
Komine ya Gitega ishigikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu rihurikiyemwo ibisagara bivuga uririmi rw’igifaransa hamwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya bagiye kubaka ikigo c’iterambere...
Umugambi PRRPB watanze inka 270 ku benegihugu bo mu ntara ya Kayanza.
Imiryango yo ku mitumba 9 muri komine Matongo yahawe inka 270 biciye mu mugambi PRRPB ufashwe mu mugongo n’ibanki y’isi,...
“Reta y’Uburundi igiye kurondera ubwoko bwiza bw’inkwavu zunguka” E. Ndayishimiye
Umukuru w’Igihugu yagize urugendo ahakorera umugambi w’igihugu PAEEJ ufasha urwaruka gukora no gushira mu ngiro imigambi kugira bave mu bushomeri...
Mpfubusa akora mu bushikiranganji bw’intwaro yasiguriye uko ukuntu akora ubworozi bw’inkwavu.
Abakozi b’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu Gihugu, Iterambere Rusangi n’Umutekano, baragize urugendo shure ku rugo rwuwo bakorana Mpubusa Yohani Louis...
Adrienne, umukinyi wa Ninde azovuzwa gushika akire n’umugambwe CNDD-FDD.
Umukinyi wa “Ninde” Adrienne Nahimana yarahawe amahigwe adasanzwe yo kuvuzwa ubu amagara yiwe akazokurikiranwa kubijanye n’uburyo umugambwe CNDD-FDD biciye mu ...
Ndabakenga Daniel yatanguje igikino “Ninde” bamusezeye ubwa nyuma.
Kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Gitugutu, barashinguranye iteka umuhisi Ndabakenga Daniel azwi kw’itazirano rya Ndada yaryamiye ukuboko kw’abagabo, akaba...
Augustin yasubiye kuboneka ari muzima inyuma y’imyaka 3 yitavye Imana.
Augustin yasubiye kuboneka ari muzima inyuma y’imyaka 3 yitavye Imana. Ku mutumba Gisikara muri komine na Zone Itaba mu ntara...
Angeline yagendeye umuvyeyi bashatse kwica kugira bamutware itongo.
Umupfasoni w’Umukuru w’Igihugu Angelina Ndayishimiye yashitse kuruyu wa 5 Gitugutu kuraba umuvyeyi Nderetse Espérance wo ku mutumba Gasave, komine Buhinyuza...