
Vital’ó: Arsene Bucuti yasavye imbabazi
Umuvugizi wa Vital’o Fc Arsene Bucuti yasavye imbabazi abafana bayo inyuma y’amajambo y’amashusharugamba yari yashikirije...

1
Thumbnail youtube
LIVE NOW: HIT CONNECTION
01:51:04
2
Thumbnail youtube
MD Data ibihe bibi vyose naciyemwo, naripfuje no gupfa, banryayera
10:22
3
Thumbnail youtube
KARABAYE😢 Kumbe MESSI Yahawe BALLON D'OR Atayikwiriye
11:02
4
Thumbnail youtube
Premier League : Manchester United ibandanya yandikisha Amateka.
03:09
5
Thumbnail youtube
Amatora y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ryo muri Cote d'ivoire .
02:48
6
Thumbnail youtube
Amakuru yaranze urukino rw'amaboko uyu mwaka wi 2020
07:43
Banzawitonde agiye guhiganwa na Ndayishimiye mumatora ya 2027
Gabriel Banzawitonde niwe yashizwe imbere ngo azoserukira umugambwe APDR-Abanyamahoro mu matora y’Umukuru w’Igihugu ategekanijwe mu...
Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe
Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe Parcem yatanze umuco ku vyerekeye ibigwanisho biherutse gutorwa ku muhana iwe...
Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga...
Ikiganiro kiremeshejwe n’ Umukuru w’igihugu co kuri uyu wa 26 Kigarama 2025 kiriko kibera ku...
IMIBANO
Vania Ice yavuze ku ncuro ya mbere ku bijanye n’ugutandukana n’uwo bubakanye
Umuririmvyi w’Umurundikazi Vania Ice yavuze ku buzima bwiwe bw’urukundo mu kiganiro yagiranye na Hot 96 FM Kenya, aho yari yagiye...
“Africa ikeneye amahoro, umutekano n’iterambere bidashobora gutandukanywa.”
Umukuru w’igihugu c’uburundi kandi akaba umukuru w’umuryango wa Afurika yunze ubumwe (UA), Evariste Ndayishimiye, kuri uno wa gatandatu yaritavye inama...
Amafaranga 61.773 BIF niyo umwenegihugu wese azoriha ku buringanire bwa metero kwadarato imwe y’ibarabara ry’ipave
Amafaranga 61.773 BIF niyo umwenegihugu wese azoriha ku buringanire bwa metero kwadarato imwe y’ibarabara ry’ipave Vyashikirijwe n’umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo...
Kayanza : Ubukene bw’ibitoro nibwo butuma umucafu udakugwa aho watawe
Kw’isoko nkuru ya Kayanza hari ibikono 7 vyo gutamwo ibisigarira vy’ibifungurwa n’ibindi bicuruzwa. Ivyo bikono vyaruzuye imicafu gushika aho imicafu...
Cellule Urunani Centre bagiye kuramukanya mw’irerero y’impfumvyi yo mwi Jabe babashireye ibintu bifise agiciro k’imiriyoni 3 n’igice.
Ibiro 100 vy’umuceri, 100 vy’ibiharage hamwe n’ibiro 50 vy’isukari ni bimwe umurwi w’abarorerezi bari muri Cellule Centre batwaye kuruyu w’Imana...
“Night GALA Super 10 Magic”: Tantine SISI azohimbaza imyaka 10 akora ibikorwa mu gisata c’abana.
Azwi cane kw’izina rya Tantine SISI, ni umwe mu batumye amazina yabo avugwa cane mu kurwanira uburenganzira bw’abana mu Burundi.Signoline...
Burundi: Abaje mw’ihururiro ry’abakenyezi b’indongozi bashitse amahoro.
Abashitsi batandukanye barashitse ku munsi w’ejo hahise kuwa gatatu igenekerezo rya 19 Munyonyo bitabiriye ihwaniro ryo ku rwego rwo hejuru...
”Umunsi mpunzamakungu wahariwe abapfakazi wohimbazwa ku mugaragaro nk’iyindi minsi”. Octavie atwara AVR.
Ishirahamwe AVR (Association des Veuves Responsables) rihurikiyemwo abapfakazi ririkumwe na AVOD AVOD(Association des Veuves et des Orphelins pour la Défense...
AYAKUNZWE CANE
DUKWIRIKIRANE KURI FACEBOOK



