Imyidagaduro

Marahaba Music Expo ku ncuro igira 5 i Bujumbura.

Igiteramo Marahaba Music Expo kirindiranwe n’abantu batari bake mu gisagara ca Bujumbura, gitagura igenekerezo rya 21 isaha icenda ku munsi mpunzamakungu wahariwe umuziki gushika igenekerezo rya 24 Ruheshi 2023 aho hazokorwa ibikorwa bitandukanye nko kuganira ku bijanye n’umuziki, ubuhinga bw’abaririmvyi batandukanye hamwe n’ihayanishwa. Bizobera mu bibanza 3 harimwo Kanyosha na kinama muri komine Ntahangwa. Abahinga muvyimiziki bava mu bihugu birenga 10 nibo baza kwitaba murico giteramo,abantu bose baza kwinjira kubuntu.

Nkuko BUJA FM yarondeye uwutegura ivyo biteramo Shabani Ramadhani yavuze ko Marahaba Music Expo yuyu mwaka itandukanye cane n’izindi zahora ziba kuko ubu hazoba harimwo ibintu bitandukanye nko kuyaga(Débats) hagati y’abaririmvyi no kubahuza n’abandi bashobora gushiramwo uburyo muvyo bakora, ibirori(Spectacle), uruganda(Ateliers) n’ibindi bikorwa bitandukanye bifitaniye isano n’umuziki.

Urutonde rw’uno munsi: 

 

Related posts

Alain Mukuralinda bamushinguranye iteka uyu munsi.

Buja Media

AMB: Baterereye imifuko 10 izokubaka ikibuga Intwari.

Buja Media

Abaririmvyi bitakiriho b’abarundi baributswe ku ncuro ya 2.

Buja Media

Leave a Comment