MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.
Ihiganwa ritora umukobwa mwiz kandi aciye ubwenge ryarabandanije kandi kugira batore abigeme 15 bazobandanya mw’ihiganwa rya nyuma ryuno mwaka. Ivyo birori vyabaye kuwaa 20 Ruheshi...