FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje
Umuririmvyi yamenyekanye mumudiho was “RAP” Nshimirimana Fabrice azwi nka FABLOVE yaraye afashe akanya arashimira abakunzi biwe ariko kandi ashima kwisigura avuga ko afise ibibazo vy’uburyo...
