Ibihugu 6 vyamaze kwemerwa kuja mu muryango wa BRICSÂ mu mwaka muri Nzero mu 2024, harimwo Iran, Argentine, Egypte, Ethopie,na Arabie Saudite n’ibindi. Umukuru w’igihugu
Umukuru wa barwanyi ba “bacangero” Wagner babarusiya Yevgeny Prigozhin yoba yitavye Imana nkuko mw’ijoro ryuwa gatatu rishira uwa kare ariyo nkuru nya mukuru yariko iravugwa
Imifuko 290 y’isima yo kubaka yononekaye niyo Buramatari w’intara ya Rutana yarishe inyuma yo gutegekwa n’Umukuru w’Igihugu hari ku wa 19 Myandagaro 2023, aragize urugendo
Umushikiranganji wa mbere yasavye umwenegihugu wese ahari kudoma urutoke ku nkozi y’ikibi aho iri hose Gervais Ndirakobuca kuri uyu wa 22 Myandagaro 2023 yatunganije inama
Umukuru w’ Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu mu ntara ya Gitega, yataguye igenekerezo rya 17 gushika 19 Myandagaro 2023 ku civugo: “Abarundi
Igitero cakozwe n’abikekwa kuba abarwanyi baba jihadiste cahitanye abasirikare 17 ba Nijeri, igisirikare ca Nijeri cavuze ko ico gitero c’ejo ku wa kabiri cakomerekeyemwo abasirikare