ImibanoImyidagaduroMuburundi

Vania Ice yavuze ku ncuro ya mbere ku bijanye n’ugutandukana n’uwo bubakanye

Umuririmvyi w’Umurundikazi Vania Ice yavuze ku buzima bwiwe bw’urukundo mu kiganiro yagiranye na Hot 96 FM Kenya, aho yari yagiye kumenyekanisha indirimbo yiwe nshasha Ilelesi.  Iyo ndirimbo ivuga ku cipfuzo co kugira umukunzi amwitaho kandi amwereka urukundo.

Mu kiganiro, Vania Ice yavuze ko ubu ata mukunzi afise, kandi ko atari bwigere yisanzura ku bijanye n’ivyabaye mu gutandukana n’uwo bahoze bubakanye.

Iryo jambo rije mu gihe uwo muririmvyi yahora yirinda kuvuga cane ku buzima bwiwe bwite, cane cane ku bijanye n’urukundo n’ukwahukana kwiwe.

Related posts

AMAFOTO: Miss Jennifer Mugisha, Miss Photogenic 2025

Boris IRAKOZE

Musenyeri Emmanuel Sinzohagera yimikwa.

Buja Media

Memba, imyaka 4 iraheze yitavye Imana.

Buja Media

Leave a Comment