N’igiki cihishe inyuma y’abakobwa basama imbanyi inyuma yo kumenyekana m’uruganda rw’imyidagaduro mu Burundi ?
Imwe mungingo zinkoramutima zibandanyije kwibazwako, n’ibitigiri vy’abigeme basama inda hakiri kare bakimara kumenyekana muruganda rw’imyidagaduro mugihugu c’uburundi. Ivyo bigatera impungenge no kwibaza kuri kazoza kakino...
