Umwiherero Umukuru w’Igihugu yagiranye n’abadandaza bakuru b’isukari.
Umukuru w’igihugu c’Uburundi c’uburundi Evariste Ndayishimiye, yakoranije kuri uyu wakane igenekererezo rya 31/8/2023 mu ntara ya Gitega abadandaza bakuru b’isukari bishikira kuyirangura mw’ihinguriro ryayo Sosumo,...
