Congo: Abantu 31 barapfuye,145 barakomereka mu misunikano bashaka kwiyandikisha mu gisirikare.
Urwaruka rushika 31 barapfuye bahitanwe n’imisunikano abashika 145 barakomereka yabaye kruy wa mbere igihe bariko baariyandikisha urwaaruka rwo muri mu...
Moise Katumbi agiye kwitoza nk’uwuserukira iyindi migambwe yabatavuga rumwe n’ubutegetsi.
Uwahoze ari mushikiranganji wa mbere Augustin Matata Ponyo yavuye m matora yo kwiyamamariza mu matora azoba igenekerezo rya 20 Kigarama...
Ihiganwa rya Rallye ryarahagaze inyuma y’urupfu rw’umwe mubakinyi bawo.
GIESEN Jean Pascal Umubirigi yirukira “Auto paints” yaritavye Imana ahejeje urugendo rwiwe rwa mbere rw’ihiganwa kw’ibarabara Ruvubu (Mayaka) Mugera Ntunda....
Latest News
Igihugu ca Somalie cemerewe kwinjira mu muryango wa EAC.
Igihugu ca Somalia waraye winjiye mu muryango w’ibihugu vya Afrika...
Gitega: “Birashoboka kw’abakenyezi n’abigeme batera imbere bakoreye murunani”
Komine ya Gitega ishigikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu rihurikiyemwo ibisagara bivuga uririmi rw’igifaransa hamwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa...
Congo: Abantu 31 barapfuye,145 barakomereka mu misunikano bashaka kwiyandikisha mu gisirikare.
Urwaruka rushika 31 barapfuye bahitanwe n’imisunikano abashika 145 barakomereka yabaye kruy wa mbere igihe bariko...
Moise Katumbi agiye kwitoza nk’uwuserukira iyindi migambwe yabatavuga rumwe n’ubutegetsi.
Uwahoze ari mushikiranganji wa mbere Augustin Matata Ponyo yavuye m matora yo kwiyamamariza mu matora...
Ihiganwa rya Rallye ryarahagaze inyuma y’urupfu rw’umwe mubakinyi bawo.
GIESEN Jean Pascal Umubirigi yirukira “Auto paints” yaritavye Imana ahejeje urugendo rwiwe rwa mbere rw’ihiganwa...
Rusasuma igira 4: Bikuru bikuru vyerekana itandukanye n’izimaze kuba.
Muri myandagagaro na nyakanga 2024 hazotangura igikorwa co gusasuma abarundi....
“Twihaye imyaka 5 y’urugamba rwo kurwanya ubukene” Reverien Ndikuriyo
Mu nama Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD Reverien Ndikuriyo ariko aragirisha kuri uyu wa gatatu, abarwizatunga...
Umwuzukuru wa Mobutu, Malo Ndimba yirukanywe ari Buramatari iwabo.
Abashingamateka bo mu ntara ya Nord Ubangi mu gihugu kibanyi ca Congo birukanye burundu buramatari...
Reta igiye gutunganya gushasha ivyo mu kugwiza imbuto no kurima kijambere.
Ubushikiranganji bujejwe uburimyi buvuga ko hagiye gutanguzwa ubuhinga bushasha bwo kugwiza umwimbu biciye mu bigo...
Godefroid Niyonizigiye mustaneri mushasha wa Komine Kayanza.
Mu ntara ya Kayanza kuruyu w’Imana kuwa 12 Gitugutu 2023, Godefroid Niyonizigiye aramutswa komine Kayanza,...