Umurwi Tel Aviv uhejeje kuronka uburenganzira bwo kuduga mu cicaro ca mbere Primus Ligue inyuma yo gutsinda mukanya gaheze umurwi Lumiere de Ngozi ibitsindo 2...
Umukuru w’Igihugu c’Uburundi ahejeje kwakira mu biro iwe, Antonio Guterres Umunyamabanga Mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yaje mu nama igira 11 y’ abakuru b’ ibihugu n’...
Muri iyi minsi ya none biravugwa ko hariho ingo nyishi zisigaye zisambuka kubera habaye ukwahukana . Imvo zikaba ari ukutumvikana kuri iki canke kiriya,akarenganyo,ukudahuza mu...
Khadja Nin yavukiye mu gihugu c’ Uburundi mu ntara ya Gitega, igenekerezo rya 27 Ruheshi 1959 aho yakuze nk’abandi bana bose mu buzima busanzwe. Umuhererezi...