Igitero cakozwe n’abikekwa kuba abarwanyi baba jihadiste cahitanye abasirikare 17 ba Nijeri, igisirikare ca Nijeri cavuze ko ico gitero c’ejo ku wa kabiri cakomerekeyemwo abasirikare...
Man City yaraye itsinze ibitsindo 4-0 umurwi wa Real Madrid mu gice ca kabiri gishira ica nyuma mw’ihiganwa rya ligue des Champions, ni mugihe urukino...
Vladimir Putin Umukuru w’Igihugu c’Uburusiya yarahawe umutahe na sentare mpuzamakungu mpanavyaha wo kumuhagarika bamwagiriza gutwara abana babanya Ukraine mu Burusiya bidaciye mu mategeko n’ivyaha vyo...