BRB : Ingingo y‘ imigwi ikora nk’amabanki matomato bayitahuye nabi.
Inyuma yaho banki nkuru BRB ifatiye ingingo yo guhagarika kwandika imigwi y’ubutunzi ikora nk’amabanki matomato bita Microfinances bivanye n’utunenge twibonekeza muri ayo mashirahamwe, hari abatatahuye
