Ibirori vyo guhimbaza uwo musi vya bereye mu ntara ya Cibitoke ku kibuga Urunani ca komine ya buganda bitewe iteka n’Icegera c”Umukuru w’Iguhugu c’ Uburundi...
Umuhari M23 urwanira mu gihugu ca Congo, waremereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ca Angola guhagarika intambara kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 7 Ntwarante 2023 mu biganiro...