Imibano

Elicom: ’’Abakenyezi turashoboye vyose, ivyo abagabo bakora’’.

Abakenyezi bakora muri Imprimerie Elicom, baherekejwe n’umuyobozi mukuru Aurore Gacuti ,bahimbaje nabo nyene umusi mpunzamakungu wahariwe abakenyezi, bashimye kuza mw’isamirizi Buja FM kugira bashobore kugaragaraza umunezero bafise, gutera intenge abandi bakenyezi batandukanye bumviriza iyo samirizi narirya icivugo cuno mwaka kijanye ahanini nivyo bakora mu gisata c’ubuhinga gurukana bumenyi ku bakenyezi.

Abakenyezi bo muri Elicom Imprimerie mw’ isamirizi rya Buja FM.

Muri Elicom Imprimerie, abakenyezi barakora ivyo abagabo bahoboye nko gucapa ibintu mu gifaransa bita ”Design”, uwukoresha imashini nini yitwa Offset isohora ivyapa binini ivyo tubabwiye bikorwa n’abakenyezi. Abakenyezi ba Elicom imprimerie baraza kuja gusangira n’abakenyezi bafise amikoro make bo muri karitiye Gikungu zone Gihosha.

Umukuru w’Igihugu arikumwe n’umuyobozi mukuru wa Elicom mw’ihayanisha ryateguwe na OBR.

Mwomenya ko ishirahamwe Elicom Imprimerie rikora ibikorwa vyo kumenyekanisha amashirahamwe babicishije muvyo basahora, iritaba kenshi mu bikorwa vyo guhayanisha(Exposition) itunganwa n’amwe mu mashirahamwe atandukanye yo mu Burundi.

 

Related posts

Igikorane “Connect Africa Conference 2023” cahagaritswe n’ubushikiranganji bukurikirana ivy’amashengero.

Yvan Manager

Ukwahukana, amajambere canke ikiza ?

Yvan Manager

Ihindagurika ry’ibihe ni inzitizi kw’iterambere rirama.

Buja Media

Leave a Comment