Umukuru w’Abacangero Wagner Yevgeny Prigozhin b’Abarusiya, bamusezeye irya nyuma kuruyu wa kabiri ku masaha yo ku mugoroba mu masaha yo mu gihugu c’uburusiya nkuko ibinyamakuru...
Ndahabonyimana Nicodème yarahagaritswe muri ayo mabanga yo kurongora komine Mabayi nk’uko biri mw’itegeko nshikiranganji no 530/997 ryo ku wa 10 Myandagaro 2023, ryo mu bushikiranganji...
Umugwi wa Buja Queen’s waserukiye Uburundi mw’ihiganwa rya Cecafa Champions League waraye uronse uburenganzira inyuma yo gutsinda ibitsindo 2 kuri 1 umurwi wa FAD FC....
Ibihugu 6 vyamaze kwemerwa kuja mu muryango wa BRICSÂ mu mwaka muri Nzero mu 2024, harimwo Iran, Argentine, Egypte, Ethopie,na Arabie Saudite n’ibindi. Umukuru w’igihugu...