IbigezwehoImyidagaduro

Festival Canal Comedy Buja 2023: Izokwerekanwa igenekerezo rya 28 Rusama 2023 kuri Canal 22 isaha 18h45 kw’isaha yo mu Burundi.

Abafise ingabire yo gutwenza mu Burundi, baronka inyigisho zo kwiga uwo mwuga wo gutwenza baronse ububasha budasanzwe bwa Canal + babifashizwemwo n’abandi bahinga batandukanye barahawe inyigisho z’iminsi irenga 15 zijanye n’ukuntu bokwiga guteramisha abantu bariko bararuhuka mu gutweza (Comedy).

Abitavye izo nyigisho zabahaye amahirwe yo kuzokwerekanwa ku mashirahamwe adandanza amasanamu Canal + mu ntumbero yayo yari gushira ahabona abashaka kubikora nk’umwunga kugira batwenze abarundi hama ejo canke ejo bundi nabo bashobore kuzoja mu mahinganwa kurwengo rundi rwa batwenza muri Afrika, babikuremwo ubuzima bwo kubaho.

Canal+ izokwerekana ico kiganiro Canal Comedy BUJA 2023 kuri Canal+.

Abafise ingabire yo gutwenza mu Burundi, baronka inyigisho zo kwiga uwo mwuga wo gutwenza baronse ububasha budasanzwe bwa Canal + babifashwijwemwo n’abandi batandukanye barahawe inyigusho zijanye n’ukuntu bokwiga guteramisha abantu bariko bararuhuka mu gutweza.

Festival Canal Comedy Buja 2023: Canal+ igiye kwerekana abarundi bazi gutwenza.

Ivyo bibaye mu gihe uwo murwi Club Comedy Buja, ku munsi wanyuma uheraheze ukwezi iminsi yose, baba bari mu kigo Ndangamico Izuba(Centre Culturelle Izuba) bama bariko bateramisha abakunda kuruhuka biciye mu gutwenga baba bariho imbere y’abantu batwenza babafasha guheraheza umunsi baryohewe.

Amashene mashasha 9 y’ Igiswahiri kuri Canal+.

Ayandi makuru twanditse kuri Canal+:

“Festival Canal Comedy Buja 2023” : Iminsi 3 yo gutwenga mu gisagara ca Bujumbura.

 

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja 2023.

 

 

Related posts

Ali Bongo aridegemvya afise n’uburenganzira bwo kuja kwivuza hanze.

Yvan Manager

AMB: Baterereye imifuko 10 izokubaka ikibuga Intwari.

Buja Media

Man City: Amafoto y’ibihe bikuru bikuru yagaragaje umunezero inyuma yo gutsinda Real Madrid.

Yvan Manager

Leave a Comment