Imyidagaduro

Miss Burundi 2023: Abakobwa 11 bamaze kumenyekana bazobandanya mu gice ca nyuma.

Abakobwa 11 bazoja mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi uyu mwaka wi 2023 bamaze gushikiriza imigambi ahabona inyuma yo gukora amajojora imbere y’abahinga mu gutanga amanota(Jury). Abakobwa 11 muri 26. Ivyo bikorwa vyabereye mw’ihoteri Roca Golf ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2023.

Peut être une image de texte qui dit ’BURUNDI LES 11 CANDIDATES FINALISTES SELECTIONNEES POUR LA COMPETITION MISS BURUNDI2 2 BARUNGURA Lyne Chella Bujumbura Mairie 18 5 KEZIMANA Mélissa Kirundo IGIRANEZA Ange Charlène Cibitoke 20 10 MUGISHA Elsie Amandine Bujumbura Mairie IRAKOZE Erica Aimée Carolle Bururi 21 12 NDAYIZEYE Lellie Carelle Bubanza ISHIE Netty Louange Bujumbura Mairie 22 16 NGABIRANO Belle Ange Edissa Gitega KENGURUKA Clara Bujumbura Mairie 25 17 UWERA Ricky Tricia Kirundo KEZA Blandine Muramvya www.missburundi.com +2572279922 Organisé ENTREPRISE’

Amazina 11 y’abazobandanya mu gice ca nyuma muriryo higanwa:

1/ NGABIRANO Belle Ange Edissa

2/ KEZA Blandine

3/ ISHIMWE Netty Louange

4/ KEZIMANA Mélissa

5/ BARUNGURA Lyne Chella

6/ IRAKOZE Erica Aimé Carolle

7/ UWERA Ricky Tricia:

8/ KENGURUKA Clara

9/ IGIRANEZA Ange Charlène

10/ MUGISHA Elsie Amandine

11/ NDAYIZEYE Lellie Carelle

Peut être une image de 3 personnes, estrade et texte qui dit ’Leader CROB Mitsnmepolitique politique Résiliente Engagée Ss ENTREPRISE CROB mol CRB Bell Miss ia BURUNDI Créa eral Trading te Events nt Célébrer la beauté elligence et cultle cult’
Amazina y’abariko baratanga amanota(Jury) Ketty Ruhara, Dr Cynthia Nduwayo Daly Ngarambe.

Amwe mu mafoto y’ukuntu vyagenze murico gikorwa co gutoramwo abakobwa beza kandi baciye ubwenge muriryo higanwa.

Peut être une image de éclairage, bougeoir, table, gypsophile nuage et estrade

Peut être une image de table, éclairage et gypsophile nuage
Roca Golf, ihoteri vyabereyemwo.

Peut être une image de 4 personnes et texte qui dit ’Miss NEE BUJUMBURAMA AU’

Peut être une image de éclairage, fleur, estrade et texte

Peut être une image de 5 personnes et textePeut être une image de 1 personne et texte qui dit ’SPONSOR A 21 BUBANZA Kinj'’Peut être une image de 1 personne et textePeut être une image de 5 personnes et texte

Peut être une image de 6 personnes et textePeut être une image de 1 personne et textePeut être une image de 1 personne et textePeut être une image de 4 personnesPeut être une image de 1 personne et texte

Peut être une image de 1 personne et texte qui dit ’BUBANZA’Peut être une image de 1 personne et textePeut être une image de 2 personnes, personnes souriantes et texte

Abakobwa 3 ba mbere bazorusha abandi muriyo higanwa bazoronka: Uwa mbere bazomuha imodoka uri mu bwoko bwa Ractis , umushahara wi bihumbi  500.000 ku kwezi, iritiro 480 z’igitoro ku mwaka, kurihirwa umwaka w’ishure muri kaminuza, kumukoreshereza umuduga bishitse ugapfa, ivyo vyose ni vyo uwuzotorwa azohabwa. Nayo icegera ca mbere ni ibahasha ya 2.500.000 , uwa 2 aronke 2.000.000 hamwe nuwuzoba yakunawe kurusha abandi azotahana ibahasha ry umuliyoni n’igice (1.500.000). Ivyo bishitse mu gihe abari biyandikishije bose bashika 142 bari bavuye mu ntara 18 z’igize igihugu.

Vyinshi cane bijanye niryo higanwa Miss Burundi tuzobibabwira ido n’ido.

Inkuru ijanye niryo higanwa Miss Burundi: https://bujamedia.com/ihiganwa-ryumwigeme-mwiza-ryagarutse/

Ihiganwa ry’umwigeme mwiza ryagarutse.

 

Miss Burundi: Amazina 26 yabagiye mu 1/2 c’ihiganwa.

 

Related posts

Bujumbura: Hateguwe ibiteramo vyo kwibuka Bob Marley.

Yvan Manager

The Beatles wasohoye indirimbo hakoreshejwe ubuhinga inyuma y’imyaka 53 utakibaho

Yvan Manager

Prosper Bahaga yagize icavuga ku ndirimbo ”Meze neza” ya Ednaky.

Yvan Manager

Leave a Comment