Amadou Bagayoko, umuririmvyi n’umucuraranzi w’umugwi w’abaririmvyi bo mu gihugu ca Mali Amadou et Mariam, yapfuye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 04 Ndamukiza i Bamako,...
Amazina cumi (10) yaraye amenyekanye y’abigeme batowe mu gice ca kane gishira ica nyuma mu ntara ya Butanyerera mw’ ihiganwa rya Miss Burundi 2025 yabere...
Umurwi Amagaba waserukiye Uburundi mw’isabukuru y’imico n’akaranga muri kano karere k’ubuseruko duhurikiyemwo “Festival of Art and Culture” iza kubera mu gisagara ca Addis Abeba muri...
DJ Ira yasavye Umukuru w’Igihugu c’Urwanda ubwenegihugu mu kiganiro yagize n’abanyagihugu kuwa16 Ntwarante muri Bk Arena, abarundi bati ”Ico umwana w’umwami aririye arakironka”, agiheza kubisaba...
Indirimbo 10 zizoja mw’ihiganwa Isanganiro Awards zigiye mu gice ca nyuma ku ncuro igira 13 bamaze kumenyekana nkuko tubikesha ababijejwe bari mu nteguro yiryo higanwa....
Umukuru w’ Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu makungu mu ntara ya Gitega, yataguye igenekerezo rya 17 gushika 19 Myandagaro 2023 ku civugo: “Abarundi...