“Birya navuze sitabi nk’uko benshi babivuga, kumpa igisirikare sinoseruka nk’umushefu ahubwo noseruka nk’umunyagihugu aserukiye abandi.”
Samuel yatanze ikiganiro kuri Magazine Jimbere, asigura ibibazo yabajaji benshi bakabifata nkaho yoba yari yanyweye itabi. Avugako atatabi yari yanyweye, ahubwo yavuze ikiri ku mutima kandi kimubakiye.
Mu kiganiro cariko kiba ikibiriraho i Ngozi, niho samwel yasaba ko yohabwa igisirikare kimucungera, agatorera ibibazo biguma bigaruka bijanye n’ubusuma, ifumere, igitoro, amahera yibwa muma Bank.
Mu kiganiro yakoze na Jimbere yavuzeko, kuba yasavye igisirikare n’uko yoba ashaka umutekano wiwe uba ukwiye mu gukemura ibibazo yabonye bikunda kwibonekeza kuri kandi bakaguma bigaruka kuri Reta y’u-Burundi kandi agaseruka nk’umunyagihugu aje kubikemura.
