Abayisilamu bo hirya no hino kw’isi bifatanije n’abandi kw’isi kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 30 Ntwarante 2025 mu guhimbaza umusi mukuru wa Eid el...
Musenyeri Emmanuel Sinzohagera bazomwimika mu birori bidasanzwe bizoba kuwa 29 Ntwarante ku kibuga Ingoma mu ntara ya Gitega, Emmanuel Sinzohagera baheruka kumutora kuba Musenyeri(Bishop) mw’ishengero...
Mia Love umwirabura wa mbere yatowe mu nama Nshingamateka ya Amerika, ku bw’umugambwe wa Republicain, muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Mia Love yapfuye ku...
Inkuru y’incamugongo ku bamenyeshakamakuru b’ijwi ry’rya Amerika (VOA), Radio Free Europe na Radio Free Asia bahagaritswe ubwo nyene ubutarariye mu kazi kabo ku ngingo yakoretse...
Imiryango yo ku mitumba 9 muri komine Matongo yahawe inka 270 biciye mu mugambi PRRPB ufashwe mu mugongo n’ibanki y’isi, kuruyu wa kabiri igenekerezo rya...
Umukuru w’Igihugu yagize urugendo ahakorera umugambi w’igihugu PAEEJ ufasha urwaruka gukora no gushira mu ngiro imigambi kugira bave mu bushomeri watagujwe n’Umukuru w’Igihugu, hari ku...