Abakaridinali 133 bazotora uwundi mu papa mushasha mu matora azobera ku wa gatatu, igenekerezo rya 7 Rusama, muri bo, batanu baturuka ku mugabane wa Afrika...
Ibikorwa vyo gushingurana iteka y’umuhisi Papa Fransisko azoba ku wa gatandatu igenekerezo rya 26 Ndamukiza ku parvis ya Bazilika ya Saint Peter’s mu gisagara ca...
Inkuru y’umubabaro yazindutse ikwiragizwa mu binyamakuru vyose vyemeza yuko Papa Francis ahejeje kwitaba Imana uyu musi kuwa 21 Ndamukiza 2025 ku myaka 88, inyuma y’ukwezi...
Hagiye ahabona ibiharuro mfatakibanza vya rusansuma mu Burundi yabaye mu 2024 vyerekana kubarundi 12.332.788 mu gihugu, ibice 52.2 kw’ijana ni igitsina gore, ibice 47.8 kw’ijana...
Umupfasoni w’Umukuru w’Ighugu Angeline Ndayishimiye yagendeye ikambi z’impunzi z’Abanyekongo bari mu Mubimbi ni Gatere, zose ziri mu ntara ya Cibitoke. Angeline Ndayishimiye yabashiriye ibintu bifise...
Inama Nshingamateka y’Uburundi yatunganijeibirori vy’amasengesho n’akavunamusase (National Breakfast Prayer) yo mu gitondo ku ncuro ya 16, mu kibanza c’Ingoro y’Inama Nshingamateka i Kigobe vyari vyatewe...