Inkino

AFCON 2023: Intamba Mu Rugamba bafashe urugendo rubashikana muri Tanzaniya.

Umurwi nserukiragihugu w’u Burundi, Intamba mu Rugamba  w’urukino rw’amaboko basketball,wafashe urugendo urugendo bagiye gukina inkino z’ihiganwa AFCON 2023 bazokinira mu gihugu ca Tanzaniya.
Apôtre Jean Paul Manirakiza , arongoye ishiahamwe FEBABU yabatekereye impanuro :”Tubitezeko umunezero w’abarundi bose . Muserukiye imiliyoni zirenga 12 z’abarundi,rero ntimuzokwibonemwo imirwi muvamwo ahubwo muze mwumve ko muriko murwanira iteka ry’igihugu”.May be an image of 12 people, people playing basketball, people playing soccer and textMay be an image of 5 people and text

May be an image of 7 people and text
Uwutwara FEBABU ariko atanga ikiganiro ku bamenyeshamakuru.
May be an image of 4 people and text that says 'FEBABU RIDE'
Guibert, Bryan, Richard na Alvin (Capitaine) ahagaze.
May be an image of 2 people, beard and text
Ndikumana Landry.
May be an image of ‎2 people and ‎text that says '‎ا FEBABU‎'‎‎
Aaron Kagabo Umumenyereza Mukuru.
May be an image of ticket stub and text that says 'FEBABU DIRECTION TECHNIQUE NATIONALE Bujumbura Juin 2023 A. Joueurs LISTEDEINTIVE.DELASELECTION NATIONALESENIOR MASCULINE AFROCAN 2023>> Jambon Landry JIMBERE Paulin Gauthier KABURA Rodrigue KAVAKURE TRAKOZE Brian Amour NDAGIJIMANA Oly Jordy Mogard NDIKUMANA Landry 8. Bienvenu 9 NUJIMBERE 10. NIKIZA Delvire 11. NINZIZA Alvin (Capitaine) 12. NSUMIZI Steve B. StaffTechnique KAGABO Aaron Coach Principal 2. NGWIJURUVUGO Patrick: Coach Assistant NKURUNZIZA Apollinaire Médecin NDAYIRUKIYE Melchiade Préparateur Physique 5. GATEKA Bélyse Kit Manager LE DIRECTEUR TECHNIQUE NATIONAL FEBABU Burund Aaron KAGABO'
Urutonde rw’abakinyi bose bafashe indege barikumwe na Staff Technique.
Abakinyi igihe bagira bafate indege, Samuel Niyubahwe umuyobozi mukuru ajejwe inkino yabasavye kurangwa n’inyifato ihesha iteka igihugu.

Related posts

Abakunzi b’Intamba bagize ico bavuga inyuma yo gutsindwa na Cameroun.

Yvan Manager

Umurundi akina muri ligue 1 mu Bufaransa.

Buja Media

Bujumbura: Ihiganwa rikuru ry’umupira w’ amaguru.

Buja Media

Leave a Comment