MumahangaPolitike

Tanzaniya: Urubuga rwa X rwahagaritswe inyuma yo kwiba urubuga X rwa reta.

Abategetsi ba Tanzania bahagaritse urubuga ngurukanabumenyi X ku musi wa gatatu inyuma y’aho amakonti ya leta yibwe. Abo bakozi batangaje urupfu rw’ Umukuru Samia Suluhu Hassan ku musi wa kabiri ku mugoroba. “Turiko turarondera abakwiragiza amakuru y’ibinyoma,” niko igipolisi c’abishikirije. Urubuga rw’ishirahamwe ryo gutumatumanako Airtel Tanzania nayo nyene yibwe. Umuvugizi wa reta ya Tanzaniya, Gerson Msigwa, yavuze ko ubuhinga bwa none bwo kuri internet bwa Tanzania butekanye, avuga ko ivyo bitero ari ikintu gito. Yasavye kandi abanyagihugu kuguma batekanye. “Ndabizeza ko Tanzania itekanye kandi tuzorondera ababigizemwo uruhara,” niko yavuze.

Kuwa gatatu, urubuga rwa X rwaciye ruhagarikwa muri Tanzania ku bantu basanzwe barukoresha, mu gihe kubakoresha umuhora VPN batemerewe bazoshirwa mu gihano canke bacirwe ihadabu. Mu Tanzania, abanya politike benshi, abashakashatsi n’abakunda kuvuga bakoresheje urwo rubuga rwa X ni mugihe bariko bariko baregezera amatora. Reta ya Samia Hassan, akaba agiye kandi gusubira kwitoza muruku kwa Gitugutu. Umukuru w’igihugu wa Tanzaniya yavuze ko ata munyamahanga azoshobora kuburabuza amatora murico gihugu.

Related posts

Elon Musk yahevye DOGE, asubira mu gukurikirana ubudandaji bwiwe.

Buja Media

“Dufise abatovyi benshi” Inter star yaramenye ko Vital’O irimwo mu bashaka kuyisambura.

Buja Media

Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

Boris IRAKOZE

Leave a Comment