IbigezwehoInkino

Muso Sugar muri Primus League Burundi.

Inyuma kuyo umurwi wa Moso Sugar uduze icicaro cambere umumenyereza wuyo murwi Innocent Harerimana batazira Kambaranga aganira n’ikinyamakuru Buja Media arashimira cane uburongozi bwuwo muri  murwi, abakinyi ukuntu bakoreye hamwe mu gushika kuriyo ntsinzi akanamenyesha kandi yuko urugamba rukibandanya rwogusozera icicaro ca 2 (Ligue B) ndetse no gushika kure hashoboka mu gikombe citiriwe Umukuru w’ Iguhugu(Coupe du président ).

 

Ikibazo cuko ashobora kugomwa akaja mu wundi murwi, Kambaranga yavuzeko hakiri kare kugira ico ashikirije kijanye n’ukuguma muruyo murwi Moso Sugar canke kuja muyundi murwi.

Ivyo biruko ni mugihe Kambaranga, mu mwaka 2017-2018 yadugije Butare City yi Makamba ayishira mu cicaro ca kabiri ntiyatevye Royal FC yi Muramvya ayishira mu cicaro ca mbere muri Primus League.

Related posts

Ligue des champions: Urukino atanumwe rwafashije, Real Madrid-Manchester City (1-1).

Yvan Manager

Abanonotsi batwara amakinga bariko bazuguruka ibihugu biri muri kano karere ka EAC.

Yvan Manager

BURUNDI: Imyiteguro yo kwakira ihiganwa y’isi muri Beachvolley,igeze ku bice 80/100

Yvan Manager

Leave a Comment