Ingaruka mbi 10 zica mu mutwe ziterwa no kuraba ireresi z’ibiterasoni.
Ireresi z’ibiterasoni abantu bakunda kuraba kugira binezereze mu mutwe no ku mubiri  inyuma y’ikiganiro twagiranye na bamwe basazwe barize ibijanye n’ukunonosora  n’ivyinyifato basanze vyica cane