Festival Canal Comedy Buja 2023: Izokwerekanwa igenekerezo rya 28 Rusama 2023 kuri Canal 22 isaha 18h45 kw’isaha yo mu Burundi.
Abafise ingabire yo gutwenza mu Burundi, baronka inyigisho zo kwiga uwo mwuga wo gutwenza baronse ububasha budasanzwe bwa Canal + babifashizwemwo n’abandi bahinga batandukanye barahawe