Indero

Bururi: Birukanwe kw’ishure bafashwe bariko barasambana.

Abanyeshure Mugisha David na Nzoyikorera Béoline biga kw’ishure ry’imyuga ryi kiremba yo mu bumanuko bafatanwe itonga bagiye gusuhuza umurwayi kw’ivuriro rito ryo muri komine Kiremba mu ntara ya Bururi hari igenekerezo rya 4 Ntwarante. Ishure bigako babirukanye burundu uyu mwaka.

Nkuko tubikensha ikete umuyobozi wiryo shure yateyeko umukono wo kubirukana, abo banyeshure 2 bahegereye uwo bari bagiye gusuhuza agiye hanze, umubiri urabanka bavyisagamwo, niko guca bafatanwa itongo.

Nkuko amategeko y’indero abivuga bisunze ingingo ya 35 agace kayo ka 1, ishure ryaciye rifata itegeko ryo kubirukana burundu kuriryo shure umwaka warugeze hagati. Mugisha David yiga mu mwaka wa kabiri mu gisata IM, Béoline Nzoyikorera yiga ibijanye nivy’ubuhinga bw’amazi mu mwaka wa mbere.

 

Related posts

“Concours National 2023”: Amanota yagiye ahabona.

Yvan Manager

“Concours National 2023”: Karusi niya mbere mu kumeyesha kubice 99,43.

Yvan Manager

Ikibazo ca Reta cakozwe n’abanyeshure barenga ibihumbi 50.

Yvan Manager

Leave a Comment