CVR yashikirije icegeranyo c’ivyaranguwe mu kiringo c’imyaka 4 imbere y’abashingamateka n’abakenguzamateka.
“Ukuri kurababaza kandi kuraremera, vyongeye ukuri ni umuti urura ariko abarundi babwirizwa kuwunywa kugira bakire gutyo amabi ashingiye ku bwicanyi yakozwe mu Burundi ntazosubire kwibonekeza,...