Ivyo vyavugiwe ku kibuga c’indege Melchior Ndadaye n’umukuru w’igihugu Varisito Ndayishimiye kuri uyu wa mbere 27/02 , aho yari aganutse avuye mu gihugu ca Congo_Brazaville...
Kuruyu wa gatatu igenekerezo 01 Ntwarante inyuma y’umutanga, niho hashika intumwa zidasanzwe za FIFA zirimwo Davis NDAYISENGA arongoye ibiro biserukira FIFA muri kano karere hamwe...
Abarundi batari bake bari bafise icizere ko Uburundi buzokwakirira Namibia hano i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari . Kuri Micro y’umumenyeshamakuru wa FIFA i Paris...
Ivyo vyashikirijwe n’uwuserukira Ubumwe bwa Buraya mu Burundi mu Claude Bochou, kuri uyu wa 27 Ruhuhuma 2023 mu rugendo rwiwe yagize mu ntara ya Gitega....