FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
June 26, 2026
  • Ubuzima bwite
  • Muturonka

bujamedia.com

Banner
  • Intango
  • Inkino
    • Inkino

      Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026

      June 6, 2026

      Inkino

      Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga

      June 4, 2026

      Inkino

      Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale…

      January 14, 2026

      Inkino

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Inkino

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

  • Muburundi
    • Muburundi

      FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje

      June 10, 2026

      Muburundi

      Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

      June 5, 2026

      Muburundi

      “Intango nshasha y’urugendo mw’iterambere”, ubutumwa buri mu gitabo gishasha cahawe Umukuru w’Igihugu.

      January 14, 2026

      Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Hinjiye ibitsindo 21, Aigle Noir yagumye mu kibanza ca…

      January 13, 2026

      Muburundi

      Primus Ligue Burundi: Phase retour yataguye uyu munsi.

      January 9, 2026

  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike Inkino Imibano Ubutungane Ubutunzi
      Politike

      Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

      June 5, 2026

      Politike

      Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi…

      December 26, 2025

      Politike

      Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

      December 11, 2025

      Politike

      RDC-Rwanda : Bikuru bikuru biri mu masezerano agiye guterwako umukono.

      December 4, 2025

  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE
bujamedia.com
  • Home
  • Monthly Archives: March 2023
Zidafise Umuce

Gasape agiye gushiraho ikarata simu ifise interinete y’umuvuduko munini.

Buja MediaMarch 31, 2023March 31, 2023
by Buja MediaMarch 31, 2023March 31, 20230556
Perry Saxe Gateka agiye gushiraho ikarata simu izoba ikora gusa ibijanye na interinete inyuma yo kubona yuko umuvuduko mu gihugu c’ Uburundi uri hasi, ibikorwa...
Inkino

Intamba mu rugamba zanganije na Indonésie.

Buja MediaMarch 30, 2023March 30, 2023
by Buja MediaMarch 30, 2023March 30, 20230858
Iyo bakiniye mu gihugu ca Indonésie mu inkino za kivandimwe Uburundi bwakinye inkino zibiri nico gihugu , batsinzwe rumwe urundi bararunganya. Tugaruke ku rukino banganije...
Indero

Gitega: Ntamunyeshure agisubira guheba ishure.

Buja MediaMarch 29, 2023
by Buja MediaMarch 29, 20230398
Icegeranyo gitangwa n’ubuyobozi bw’indero muri komine Nyarusange kimenyesha yuko abanyeshure baheba ishure k’urugero rw’ibice cumi na bibiri kw’ijana bivuye k’ubukene mu miryango, ingwara n’ibindi nkuko...
Inkino

Vital’O FC: Uburongozi bwarushe.

Buja MediaMarch 27, 2023
by Buja MediaMarch 27, 20230623
 Uburungozi bw’umurwi wa Vital’O FC bumenyesha yuko bwarushe kandi badashobora kubandanya kumvo zuko ikirango c’uwutwara uwo murwi Evariste Mukurarinda kizoba caragiye ivyo vyashikirijwe mu nama...
IbigezwehoInkino

Etienne Ndayiragije, atsinzwe urukino rwa mbere mu Ntamba mu Rugamba.

Buja MediaMarch 25, 2023
by Buja MediaMarch 25, 20230637
Intamba mu Rugamba bahejeje gutakaza urukino batsinzwe n’ iguhugu ca Indonesie 3 kuri 1 mu rukino rwa mbere bakinye uyu musi mu gisagara ca Jarkat...
Imibano

Gabriel Rufyiri “kuvyara benshi biri mu biriko birwiza ubukene.”

Buja MediaMarch 25, 2023
by Buja MediaMarch 25, 20230623
Ukuvyara abana benshi uyu musi bituma ubukene burwira mu miryango, Gabriel Rufyiri asaba reta gufata ingingo ko ata muryango worenza abana 2 canke 3, akamenyesha...
Amagara

Nta Ebola canke umugera wa Marburg urashika mu Burundi.

Buja MediaMarch 25, 2023
by Buja MediaMarch 25, 20230421
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Ntwarante 2023, Ubushikiranganji bw’ amagara y’abantu no kurwanya Sida barabeshuje ibimaze imisi bivurwa bijanye n’ umugera wa Marburg...
Politike

Umukuru w’Igihugu mw’ihuriro ry’urwaruka.

Buja MediaMarch 24, 2023
by Buja MediaMarch 24, 20230652
Ubushikiranganji bujejwe imigabo n’imigambi y’umuryango w’Afrika y’ubuseruko, urwaruka,inkino n’imicokama rwatunganije ibikorwa vy’ihuriro ry’urwaruka ku rwego rw’igihugu vyamaze iminsi ibiri, ku civugo “Urwaruka, duhindure ivyiyumviro, twitegurire...
IbigezwehoImyidagaduro

Léonce Ngabo, Ednaky, Masterland na B Face bavuze iragi Saïdi Brazza abasigiye.

Buja MediaMarch 24, 2023
by Buja MediaMarch 24, 20230742
Abaririmvyi batandutanye bo mu Burundi bagize ico bashikirije kuco umuhisi Saïdi Brazza asigiye nk’iragi abaririmvyi biki gihe harimwo kwandika neza indirimbo zirimwo ubutumwa buhanura. Bamwe...
IbigezwehoImyidagaduro

Umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana.

Buja MediaMarch 24, 2023March 24, 2023
by Buja MediaMarch 24, 2023March 24, 20230662
Mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Ntwarante 2023 rishira uwa gatanu niho hamenyekana inkuru y’umubabaro yuko umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana muri...

Posts navigation

1 2 … 9

IMICE

  • Amafoto
  • Amagara
  • Ibigezweho
  • Imboneshakure
  • Imibano
  • Imyidagaduro
  • Indero
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Politike
  • Ubutungane
  • Ubutunzi
  • Umutekano
  • Zidafise Umuce

Iziheruka

FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje

Boris IRAKOZEJune 10, 2026
June 10, 20260

Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026

Boris IRAKOZEJune 6, 2026
June 6, 20260

Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

Boris IRAKOZEJune 5, 2026
June 5, 20260

B-FACE yahishuye ko agiye gukora ubukwe vuba bidatevye

Boris IRAKOZEJune 4, 2026
June 4, 20260

Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga

Boris IRAKOZEJune 4, 2026June 4, 2026
June 4, 2026June 4, 20260

Instagram

Please enter an Access Token

Facebook

Facebook Page

IZIHERUKA

  • FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje
  • Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026
  • Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe
  • B-FACE yahishuye ko agiye gukora ubukwe vuba bidatevye
  • Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga

IMYIDAGADURO

Imyidagaduro

Drama T: ‘’ITAMPORIZE’’ indirimbo iriko ivugwako vyinshi.

Buja MediaMarch 6, 2023March 6, 2023
March 6, 2023March 6, 20230
Indirimbo imaze imisi 3 gusa igiye ahabona, imaze gushikana abantu bamaze kuyiraba bageze...
Read more
Ibigezweho

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja...

Buja MediaApril 13, 2023April 13, 2023
Read more
Imyidagaduro

Ndirabika Augustin imboneza ku baririmvyi buno munsi.

Buja MediaJuly 14, 2023
Read more
Imyidagaduro

Umukuru w’Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu...

Buja MediaAugust 18, 2023
Read more
Imyidagaduro

Indirimbo 10 zamenyekanye zatowe mu gice ca nyuma...

Buja MediaSeptember 28, 2023
Read more
Load more posts

Imice

  • Amafoto (2)
  • Amagara (9)
  • Ibigezweho (53)
  • Imboneshakure (2)
  • Imibano (44)
  • Imyidagaduro (52)
  • Indero (17)
  • Inkino (136)
  • Muburundi (116)
  • Mumahanga (107)
  • Politike (71)
  • Ubutungane (6)
  • Ubutunzi (26)
  • Umutekano (12)
  • Zidafise Umuce (21)

INKINO

Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026

Boris IRAKOZEJune 6, 2026
June 6, 20260

Igikombe c’isi ca 2026: Urukino rumwe rurashobora kumara amasaha Atatu canke arenga

Boris IRAKOZEJune 4, 2026June 4, 2026
June 4, 2026June 4, 20260

Sénégal – Égypte: Uguhangana kwa Salah na Mané ninde azagushika muri finale ya CAN2025?

Buja MediaJanuary 14, 2026
January 14, 20260

POLITIKE

Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

Boris IRAKOZEJune 5, 2026
June 5, 20260

Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye ariko agiranira ikiganiro n’abenegihugu ku Kibuga Royal yi Muramvya.

Buja MediaDecember 26, 2025
December 26, 20250

Varisito Ndayishimiye yarahagarariye amasezerano yo guhagarika intambara hagati yu Rwanda na Congo

Buja MediaDecember 11, 2025
December 11, 20250

IBIGEZWEHO

FABLOVE yabwiye abakunzi biwe k’ubukene bw’amafaranga bumurembeje

Boris IRAKOZEJune 10, 2026
June 10, 20260

Ibintu 10 bihambaye ukwiye kumenya kugikombe c’isi ca 2026

Boris IRAKOZEJune 6, 2026
June 6, 20260

Faustin avuga ko ivyabaye kubunywero bwiwe ari irempenanya kugira ngo afatwe

Boris IRAKOZEJune 5, 2026
June 5, 20260

Ibisata

  • Inkino (136)
  • Muburundi (116)
  • Mumahanga (107)
  • Politike (71)
  • Ibigezweho (53)
  • Imyidagaduro (52)
  • Imibano (44)
  • Ubutunzi (26)
  • Zidafise Umuce (21)
  • Indero (17)
@2023 - bujamedia.com. All Right Reserved. Designed and Developed by Vista Media Group (VMG)
bujamedia.com
FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
  • Intango
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike
    • Inkino
    • Imibano
    • Ubutungane
    • Ubutunzi
  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE