Mw’ihiganwa ryo mu kiyaya c’ Imbo bise (boucle de l’Imbo) ryabereye mu ntara ya Bubanza muri komine Gihanga hamwe n’ agace bita Gihungwe, Prime Uwikunda
Vladimir Putin Umukuru w’Igihugu c’Uburusiya yarahawe umutahe na sentare mpuzamakungu mpanavyaha wo kumuhagarika bamwagiriza gutwara abana babanya Ukraine mu Burusiya bidaciye mu mategeko n’ivyaha vyo
Ishirahamwe rijejwe gutunganya ibikorwa vy’ aba mukerarungendo no gutunganya ibirori (TMC Burundi) mu ntumbero yo kwerekana ishusho ryiza ry’ Uburundi bateguye igiteramo kizoba kuruyu wa
Ishirahamwe Amazi Water ritanga amazi meza ribicishije mu mugambi wabo witwa ’’AMAZI KURI BOSE’’ rizohimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amazi uba uko umwaka utashe kw’ igenekerezo
Patrick Kanianga aremera ikosa yakoze ryo gucerwa mu myimenyerezo no kutitwara neza hanze y ‘ikibuga niyo yabaye intandaro yo gusezererwa mu mwiherero wo gutegura umurwi