Kuva ku munsi wa mbere gushika ku wa kane, ubunywero bwemerewe kuvuza gusa utuziki tworoshe (musiques douces) gushika isaha zine z’ijoro. Mu minsi irangiza indwi
Ubushuhe butera bwongerekana kw’isi buriko butuma ikoti ryakozwe n’umuhinga Hiroshi Ichigaya rikena cane mu gihugu c’ubuyapani. Ikinyamakuru c’abafaransa mu nkuru yaco yo kuri uyu wa
Umushikiranganji w’ ubutungane Domine Banyankimbona yazindukiye mu ntara ya Kirundo kuri uyu wa 20 Mukakaro 2023 ni mu ntumbero y’inama itegekanijwe n’abo mu gisata c’ubutungane