Ikibazo ca Reta cakozwe n’abanyeshure barenga ibihumbi 50.
Francois Havyarimana umushikiranganji w’indero n’’ ubushakashatsi yatanguje kuwa 11 Mukakaro 2023, Ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kwiga muri kaminuza. Ico kibanza kiriko gikorwa n’abanyeshure