Denis Mukwenge yahawe ibihumbi 64$ bamusaba kwitoza mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu muri Kongo.
Umuganga Denis Mukwenge yahawe ibihumbi 64 vy’amadorare nk’ingwati kugira yitoze mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu mu matora azoba igenekerezo rya 20 Kigarama uyu mwaka nkuko amashirahamwe
