Kenya: Abantu 35 bashizwe ahabona bakekwa gukorana n’imirwi y’iterabwoba.
Amafoto 35 arikumwe n’amazina yabo niyo reta ya Kenya yashize ahabona bakekwa gukorana n’imirwi y iterabwoba n’inyuma y’ibitero biheruka vyakozwe n’umurwi w’abagizi ba nabi hari
