Inkino

NANI MKHARI 2023: Young Sisters iratahukanye igikombe.

Umurwi Young Sisters uhejeje gutsinda Les Gazelles (73-67) mu rukino rwa nyuma bise ”Nani Mkhari 2023” rwateguwe n’ishirahamwe ry’umupira wa maboko mu Burundi (FEBABU) mu ntumbero yo kubafasha kugira bitegurire neza ihiganwa ry’uyu mwaka 2023, ririmwo imirwi 16 harimwo niyo hagati mu gihugu.

Urupapuro rw’amanota uko bagiye baratsindana.

 

Ku ruhande rwa Youngs Sisters abatsinze amanota menshi :

  • Nandy Uwitonze: 22
  • Ines Kanyamuneza: 15
  • Sada Musgiranzigo: 12
  • Ariane Mpesthi: 12

Les Gazelles, abatsinze menshi:

-Elsa Niyonkuru: 16

-Akezamutima B: 16

-Haringanji B:13

-Munezero Erica: 8

Related posts

Sada Nahimana atwaye ibikombe vyose mw’ihiganwa rya WT50 i Bujumbura.

Buja Media

Ibitsindo 21 vyaranze indwi ya 14 muri Primus Ligue Burundi.

Buja Media

Aloys Ntakirutimana aramutswa ishirahamwe FEBABU.

Buja Media

Leave a Comment