IbigezwehoInkino

LUMITEL WOMEN’S LEAGUE: Fofila PF 20-0 RainBow.

Ku kibuga Gatwaro mu ntara ya Kayanza, umurwi FofilaPF uhejeje gutsinda bimwe biboneka RainBow kundwi igira 14 mw’ ihiganwa Lumitel Women’s League , ibitsinda 20, Saidi Sakina yatsinzwe 13 arumwe, mu gice ca mbere 7.

Buja Queens yatsinze umugwi la Colombe ibitsindo 4-0  biruko  Fofila PF iguma mu kibanza ca mbere, izindi nkino zabaye kundwi ya 14 ya lumitel Women’s League,PVP Buyenzi yatsinze umugwi wa Bon Avenir ibitsindo 2-0. Intwarikazi utsinda umugwi wa les Lionnes igitsindo kimwe ku busa, Étoile du matin itsinda Onze Etoile igitsindo kimwe ku busa.

Mwomenya  ko umugwi wa Rainbow ubarizwa mukibanza canyuma n’amanota ubusa n’ideni ry’ ibitsindo 207.

 

 

 

Related posts

Etienne Ndayiragije, atsinzwe urukino rwa mbere mu Ntamba mu Rugamba.

Yvan Manager

Les hippos igiye gutegura ihiganwa y’imirwi yo mu mashure yisumbuye.

Yvan Manager

BRB: “Uwuzoshaka amahera mvamahanga yose yipfuza azoyaronka”.

Yvan Manager

Leave a Comment