Ibigezweho

Jimmy Ndayizeye na Saido Berahino bari mu batoye Messi muri FIFATheBest

Nkuko bizwi iyo hagire hatorwe abakinyi beza bama bavyitwayemwo neza kurusha abandi kw’isi ntihabura abatora kuri buri igihugu .

Mu Burundi hatoye Kizigeza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino , uwahoze ari umumenyereza w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye hamwe n’uwurongoye ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi ( AJSB) Nshimirimana Liliane .

Abajejwe guharura amajwi mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA berekanye abarundi 3 batoye .

– Kizigenza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino akaba yatoye uku gukirikira : Lionnel Messi , Benzema hamwe na Mbappe

– Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye nawe akaba yatoye uku gukurikira : Lionnel Messi , Benzema hamwe na Mane

– Uwurongoye ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru bo mu Burundi ( AJSB ) Liliane Nshimirimana nawe akaba yatoye uku gukurikira : Lionnel Messi , Kylian Mbappe hamwe na Juan Alvarez

Mwomenyako Lionnel Messi niwe yahavuye atahukana ako gashimwe ka FIFATHEBEST.

Related posts

Ivyaranze bikuru bikuru indwi yo kuva 18 gushika 24 Nyakanga mu Burundi.

Buja Media

Emmanuel Sinzohagera yatowe kuba musenyeri mw’ishengero Méthodiste Unie.

Buja Media

AMB: Baterereye imifuko 10 izokubaka ikibuga Intwari.

Buja Media

Leave a Comment