Mu ntumbero yo kurondera izindi ngabire zitandukanye mu mupira wa maboko, Imirwi 4 yaronse uburenganzira bwo gukina igice ca kabiri mw’ihiganwa ryateguwe n’uwahoze ari umukinyi
Youssouf Nyange mu kiganiro imbere y’urukino Nice ihura na Auxerre ” Ntabakinyi benshi b’abarundi baza gukina ku mugabane wa buraya, nanje n’amahirwe naronse yo gukina
Kuri uyo wa gatatu igenekerezo rya 01/3/2023 , kuri kaminuza i Ngozi harerekanwe ireresi yerekana abakenyezi bitanze mu kugarukana amahoro mu Burundi. Iyo reresi yashizwe