Kenya:Umuririmvyi Jaguar bamugenye kuba umunyamabanga ashinzwe ivy’intwaro mu bushikiranganji bw’urwaruka n’inkino.
”Ndashimiye cane Umukuru w’ Igihugu William Ruto, n’ icegera ciwe Rigathi Gachangua kubona banyizeye bazeza amabanaga yo kuba umunyamabanga ashinzwe ivy’itwaro mu bushikiranganji bw’urwaruka n’inkino,