«Nataguye kwiyumva yuko fise ingabire yo kuryohera abantu ndabicishije mu kubatwenza kuva nkiri mu mashure matoyi, hari mu gihe wasanga umwigisha asohotse mw’ishure nacanja imbere
Muri ino misi haribonekeza uguheba ishure ku rwaruka .Insiguro itangwa n’urwo rwaruka nuko ata kazi kakiriho. Iruhande y’ico, hari abaheba kubera inda z’indaro tutibagiye ubukene
Abaririmvyi bo mu ntara ya Ngozi baragiye hamwe barasaba abari mw’idini rya Isiramu yuko bobemerera bagashirako ikimenyetso ku mva y’uwahoze ari umuririmvyi Saïdi Brazza iri
Big fizzo yashitse ku kibuga c’indege mpuzamakungu Mélchiol Ndadaye mu gisagara ca Bujumbura aje mu giteramo categuwe n’ ubunywero “Guera Plaza” buri muri Komine Ntahangwa,
Umurwi wa Les hippos ugiye gutegura ihiganwa n’ imirwi iri mu mashure yisumbuye kugira babandanye bafasha mw’iteramnbere ry’urwaruka mu kubakundisha urukino rwa basketball nkuko biri
Liliane Nshimirimana, umunyamabanga shingwabikorwa mushasha w’ikigo c’abamenyeshamakuru mu Burundi “Maison de la Presse” asubiriye Nestor Ntiranyibagira agiye mu karuhuko kizabukuru yatanguye muri Ruhuhuma uyu mwaka
Umugwi wa Buja Queens watahukanye igikombe cabo ca mbere mu mateka y’ umupira w’ abigeme mw’ ihiganwa rikuru rya Lumitel Women’s League inyuma yo gutsinda