Kuri uyo wa gatatu igenekerezo rya 01/3/2023 , kuri kaminuza i Ngozi harerekanwe ireresi yerekana abakenyezi bitanze mu kugarukana amahoro mu Burundi. Iyo reresi yashizwe
Ku musi ugira 22, urutonde uko bazohura muri Primus ligue, urukino rudasanzwe rurindiranwe n’abantu benshi ruzoba kuw’Imana ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke imbere
Ivyo vyavugiwe ku kibuga c’indege Melchior Ndadaye n’umukuru w’igihugu Varisito Ndayishimiye kuri uyu wa mbere 27/02 , aho yari aganutse avuye mu gihugu ca Congo_Brazaville
Kuruyu wa gatatu igenekerezo 01 Ntwarante inyuma y’umutanga, niho hashika intumwa zidasanzwe za FIFA zirimwo Davis NDAYISENGA arongoye ibiro biserukira FIFA muri kano karere hamwe
Abarundi batari bake bari bafise icizere ko Uburundi buzokwakirira Namibia hano i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari . Kuri Micro y’umumenyeshamakuru wa FIFA i Paris