Igice ca nyuma gisozera ihiganwa nyezina ya VBL bita Play Offs yuno mwaka wi 2025 yagiye ahabona ku ruhande rw’abagabo hamwe n’abagore, izotagura igenekerezo rya...
Umurwi nserukira gihugu w’abigeme Intamba mu rugamba baraye baakaje urukino batsinzwe ibitsindo 3 ku 0 na Kenya mu rukino rwa kabiri mw’ihiganwa rya “CECAFA Senior...
Umugwi nserukiragihugu wa Tenis w’abarundi bafashe indege bangana mu gihugu ca Angola mw’ihiganwa bitiriye Coupe Davis ryataguye igenekerezo rya 9 gushika 14 Ruheshi 2025. Igihugu...
Intamba mu Rugamba zo mu gihugu c’Uburundi baza gutana mu mitwe n’umurwi w’igihugu ca Mauritaniya isaha cumi na zibiri z’umugoroba zo mu Burundi ku kibuga...
Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Basketball mu Burundi (FEBABU) baragize umugirwa mwiza wo kubisikanya mu mabanga n’abaheruka gutorwa mu nzengo nshasha ziryo shirahamwe inyuma yuko habaye...
Ishirahamwe ry’umupira wa maboko Basketball mu Burundi “FEBABU” rigiye kurongorwa na Aloys Ntakirutimana yaronse amajwi 19 kuri 27 y’abatoye arushije Sebarinda Chris Bosco yaronse amajwi...
Xavi Alonso atanguye urugendo rwiwe rushasha kuri Real Madrid n’inyuma yo kuba umukinyi hanyuma akaza kumenyerezaa abakiri bato, yahoze ari umunyegori agiye kumenyerezaumurwi wa Casa...
Perry Kiah William agiye kuja mu gitigiri c’abakinyi b’umurwi Urunani BBC mu nkino bagiye kujamwo za Play Off nkuko ayo makuru tuyakesha inzengo nyobozi zuwo...